ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 9:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Amaso yabo aca arabona. Vyongeye Yezu arabihanikiriza ati: “Murabe neza ntihagire uwubimenya+.”

  • Matayo 12:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 mugabo arabihanikiriza ngo ntibakwiragize ivyiwe+;

  • Mariko 7:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Nuko arabihanikiriza ngo ntihagire umuntu n’umwe babibwira+; mugabo uko yarushiriza kubihanikiriza, ni ko barushiriza kubitangaza+.

  • Luka 5:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Maze ategeka nya mugabo kutagira umuntu n’umwe abibwira+, amubarira ati: “Mugabo genda wiyereke umuherezi+, ushikane ishikanwa+ rijanye n’uguhumanurwa kwawe, nk’uko Musa yabitegetse, kugira bibabere intahe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika