Yesaya 42:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ntazosemerera canke ngo aduze ijwi, kandi ntazokwumvikanisha ijwi ryiwe mw’ibarabara+. Matayo 12:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 mugabo arabihanikiriza ngo ntibakwiragize ivyiwe+; Mariko 1:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 amubwira ati: “Urabe ntihagire umuntu n’umwe ugira ico ubwiye, mugabo genda wiyereke umuherezi+ maze ku bw’uguhumanurwa kwawe ushikane ibintu Musa yategetse+, kugira bibabere intahe+.” Luka 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze ategeka nya mugabo kutagira umuntu n’umwe abibwira+, amubarira ati: “Mugabo genda wiyereke umuherezi+, ushikane ishikanwa+ rijanye n’uguhumanurwa kwawe, nk’uko Musa yabitegetse, kugira bibabere intahe+.”
44 amubwira ati: “Urabe ntihagire umuntu n’umwe ugira ico ubwiye, mugabo genda wiyereke umuherezi+ maze ku bw’uguhumanurwa kwawe ushikane ibintu Musa yategetse+, kugira bibabere intahe+.”
14 Maze ategeka nya mugabo kutagira umuntu n’umwe abibwira+, amubarira ati: “Mugabo genda wiyereke umuherezi+, ushikane ishikanwa+ rijanye n’uguhumanurwa kwawe, nk’uko Musa yabitegetse, kugira bibabere intahe+.”