Itanguriro 21:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Amaherezo amazi arahera+ muri nya mukuza w’urushato, hanyuma ata+ nya mwana munsi ya kimwe mu bisaka vyaho. Abalewi 13:53 Bibiliya y’isi nshasha 53 “Mugabo nimba umuherezi yihweje, maze agasanga nya cago nticakwiragiye mu mpuzu canke mu nyuzi z’indamvu canke z’insobanya canke mu kintu ico ari co cose c’urushato+, Mariko 2:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Vyongeye, nta muntu ashira umuvinyu mushasha mu mikuza y’inshato ishaje; abigize, nya muvinyu uraturitsa ya mikuza y’inshato, umuvinyu n’imikuza bigahomba vyose+. Mugabo umuvinyu mushasha bawushira mu mikuza y’inshato mishasha+.”
15 Amaherezo amazi arahera+ muri nya mukuza w’urushato, hanyuma ata+ nya mwana munsi ya kimwe mu bisaka vyaho.
53 “Mugabo nimba umuherezi yihweje, maze agasanga nya cago nticakwiragiye mu mpuzu canke mu nyuzi z’indamvu canke z’insobanya canke mu kintu ico ari co cose c’urushato+,
22 Vyongeye, nta muntu ashira umuvinyu mushasha mu mikuza y’inshato ishaje; abigize, nya muvinyu uraturitsa ya mikuza y’inshato, umuvinyu n’imikuza bigahomba vyose+. Mugabo umuvinyu mushasha bawushira mu mikuza y’inshato mishasha+.”