Abalewi 14:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Umuherezi aze atore impfizi y’intama ikiri nto imwe, ayishikane ku bw’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+ iri kumwe na ya ngero ya logi+ y’amavuta, abizungagize irya n’ino bwa shikanwa rizungagizwa+ imbere ya Yehova.
12 Umuherezi aze atore impfizi y’intama ikiri nto imwe, ayishikane ku bw’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+ iri kumwe na ya ngero ya logi+ y’amavuta, abizungagize irya n’ino bwa shikanwa rizungagizwa+ imbere ya Yehova.