Gusubira mu vyagezwe 7:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Kandi, kubera ko mubandanya kwumviriza izi ngingo z’ubutungane, mukazigumya kandi mukazishitsa+, Yehova Imana yawe azogumya koko ku bijanye na wewe rya sezerano+ na bwa buntu bwuzuye urukundo, bimwe yarahira ba sogokuruza bawe+. Gusubira mu vyagezwe 7:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi Yehova ata gukeka azogukurako indwara yose. Na za ndwara mbi zose zo mu Misiri wamenya+, nta zo azogushirako. Azozishira ku bakwanka bose. Imigani 3:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Umuvumo wa Yehova uri ku nzu y’umubisha+, ariko ahantu abagororotsi baba arahahezagira+.
12 “Kandi, kubera ko mubandanya kwumviriza izi ngingo z’ubutungane, mukazigumya kandi mukazishitsa+, Yehova Imana yawe azogumya koko ku bijanye na wewe rya sezerano+ na bwa buntu bwuzuye urukundo, bimwe yarahira ba sogokuruza bawe+.
15 Kandi Yehova ata gukeka azogukurako indwara yose. Na za ndwara mbi zose zo mu Misiri wamenya+, nta zo azogushirako. Azozishira ku bakwanka bose.