-
Abalewi 13:6Bibiliya y’isi nshasha
-
-
6 “Umuherezi aze amwihweze irya kabiri ku musi ugira indwi, maze nimba nya cago kiriko kirazimangana kandi kikaba kitakwiragiye mu rukoba, umuherezi aze rero amenyeshe ko adahumanye. Kizoba cari igisekera. Aze amese impuzu ziwe aheze abe uwudahumanye.
-