Abalewi 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “‘Nimba ishikanwa ryiwe ari ishikanwa riturirwa+ ryo mu busho, ikigabo kitagira agahonzi+ ni co akwiye gushikiriza. Akwiye kugishikiririza ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro avyigombeye, imbere ya Yehova+. Abalewi 8:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Maze azana hafi ya mpfizi y’intama y’ishikanwa riturirwa, Aroni n’abahungu biwe baraheza barambika ibiganza vyabo ku mutwe wa nya mpfizi y’intama+.
3 “‘Nimba ishikanwa ryiwe ari ishikanwa riturirwa+ ryo mu busho, ikigabo kitagira agahonzi+ ni co akwiye gushikiriza. Akwiye kugishikiririza ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro avyigombeye, imbere ya Yehova+.
18 Maze azana hafi ya mpfizi y’intama y’ishikanwa riturirwa, Aroni n’abahungu biwe baraheza barambika ibiganza vyabo ku mutwe wa nya mpfizi y’intama+.