Kuvayo 25:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Uze ushire nya murumyo+ hejuru kw’Isandugu, kandi muri nya Sandugu uzoshirayo igishingantahe nzoguha. Kuvayo 34:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Aho Musa amanukiye ava ku musozi Sinayi, nya bisate bibiri vya ca Gishingantahe vyari mu kuboko kwiwe igihe yamanuka ava ku musozi+, kandi Musa ntiyari azi ko urukoba rwo mu maso hiwe rwarekura imishwarara kubera yari yavuganye n’Imana+.
21 Uze ushire nya murumyo+ hejuru kw’Isandugu, kandi muri nya Sandugu uzoshirayo igishingantahe nzoguha.
29 Aho Musa amanukiye ava ku musozi Sinayi, nya bisate bibiri vya ca Gishingantahe vyari mu kuboko kwiwe igihe yamanuka ava ku musozi+, kandi Musa ntiyari azi ko urukoba rwo mu maso hiwe rwarekura imishwarara kubera yari yavuganye n’Imana+.