20 Inyuma y’ivyo atora ca Gishingantahe+, agishira muri ya Sandugu+, araheza ashira ya miniho+ kuri iyo Sandugu, ashira na wa murumyo+ hejuru kuri nya Sandugu+.
5 mugabo hejuru yayo hari ba bakerubi*+ b’ubuninahazwa batwikiriza igitutu umurumyo w’impongano+. Mugabo ubu si co gihe co kuvuga ido n’ido ivy’ivyo bintu.