ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 28:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 “Kandi uze ujishe ikanzu y’udukarokaro mw’ilino nziza+, ukore n’igitambara co mu mutwe c’ilino nziza. Uzokora n’igikenyezo+, kijishwe n’umujishi.

  • Kuvayo 39:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 na ca gitambara co mu mutwe+ c’ilino nziza, na twa twambarwa two mu mutwe+ tw’ugushariza tw’ilino nziza, na ya mabutura y’ilino+ akozwe mw’ilino nziza ihinzwe,

  • Abalewi 16:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Aze yambare ya kanzu nyeranda y’ilino+, kandi rya butura ry’ilino+ rize ribe riri ku mubiri wiwe, kandi aze akenyere ca gikenyezo c’ilino+ yongere yizingireko ca gitambara co mu mutwe c’ilino+. Izo ni impuzu nyeranda+. Kandi aze yuhagire umubiri wiwe mu mazi+ aheze azambare.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika