Gusubira mu vyagezwe 20:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 kugira ntibabigishe gukora mwisunze ibintu vyabo vyose biteye ishishi bakoreye imana zabo, mugahava mucumura koko kuri Yehova Imana yanyu+. 2 Abami 16:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Abandanya kugendera mu nzira y’abami ba Isirayeli+, mbere n’umuhungu wiwe amucisha mu muriro+, yisunze ibintu biteye ishishi+ vy’amahanga Yehova yari yarirukanye kubera bene Isirayeli. 2 Abami 21:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Atangura gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+, yisunze ibintu biteye ishishi vy’amahanga+ Yehova yari yarirukanye imbere ya bene Isirayeli.
18 kugira ntibabigishe gukora mwisunze ibintu vyabo vyose biteye ishishi bakoreye imana zabo, mugahava mucumura koko kuri Yehova Imana yanyu+.
3 Abandanya kugendera mu nzira y’abami ba Isirayeli+, mbere n’umuhungu wiwe amucisha mu muriro+, yisunze ibintu biteye ishishi+ vy’amahanga Yehova yari yarirukanye kubera bene Isirayeli.
2 Atangura gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+, yisunze ibintu biteye ishishi vy’amahanga+ Yehova yari yarirukanye imbere ya bene Isirayeli.