ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 25:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kandi isabato y’igihugu ize ibabere ibifungurwa, wewe n’umushumba wawe, n’umushumbakazi wawe, n’umucangero wawe, n’inyambukira iri kumwe nawe, n’ababanye nawe ari ba kavamahanga,

  • Gusubira mu vyagezwe 15:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “Nihagira umwe muri bene wanyu acika mworo iwawe muri kimwe mu bisagara vyawe, mu gihugu cawe Yehova Imana yawe agira aguhe, ntuze ukomantaze umutima wawe canke ngo upfumbate igipfunsi* imbere ya mwene wanyu mworo+.

  • Rusi 2:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Maze arahaguruka kugira atorore+. Nuko Bowazi abwiriza abasore biwe ati: “Mumureke atorore no mu mahundo y’intete yaciwe, kandi ntimumusindire+.

  • Zaburi 140:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ndazi neza ko Yehova azoshitsa+

      Imburano z’umurushwa, urubanza rw’aboro+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika