Kuvayo 29:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 “Kandi za mpuzu nyeranda+ za Aroni zizokoreshwa n’abahungu biwe+ mu nyuma ziwe kugira barobanuzwe amavuta+ bari muri zo, no kugira ngo ukuboko kwabo kwuzuzwe ububasha bari muri zo+. Kuvayo 30:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Kandi uzorobanuza amavuta Aroni+ n’abahungu biwe+, ubeze kugira bankorere bwa baherezi+.
29 “Kandi za mpuzu nyeranda+ za Aroni zizokoreshwa n’abahungu biwe+ mu nyuma ziwe kugira barobanuzwe amavuta+ bari muri zo, no kugira ngo ukuboko kwabo kwuzuzwe ububasha bari muri zo+.