Kuvayo 28:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Ni vyo uzokwambika Aroni mwene wanyu n’abahungu biwe bari kumwe na we, kandi uze ubarobanuze amavuta*+ wongere wuzuze ukuboko kwabo ububasha+ kandi ubeze, baze bankorere bwa baherezi. Abalewi 8:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Kumara imisi indwi+ ntimuze musohoke ngo muve mu bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro, gushika ku musi ukwiza imisi y’iyatirwa ryanyu, kuko kwuzuza ukuboko kwanyu ububasha+ bizofata imisi indwi. 2 Abakorinto 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Si uko twebwe ku bwacu ari ho dukwije neza ibisabwa ngo hagire ico tubona ko kiva kuri twebwe+, ahubwo ugukwiza neza ibisabwa kwacu kuva ku Mana+,
41 Ni vyo uzokwambika Aroni mwene wanyu n’abahungu biwe bari kumwe na we, kandi uze ubarobanuze amavuta*+ wongere wuzuze ukuboko kwabo ububasha+ kandi ubeze, baze bankorere bwa baherezi.
33 Kumara imisi indwi+ ntimuze musohoke ngo muve mu bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro, gushika ku musi ukwiza imisi y’iyatirwa ryanyu, kuko kwuzuza ukuboko kwanyu ububasha+ bizofata imisi indwi.
5 Si uko twebwe ku bwacu ari ho dukwije neza ibisabwa ngo hagire ico tubona ko kiva kuri twebwe+, ahubwo ugukwiza neza ibisabwa kwacu kuva ku Mana+,