Abalewi 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 na ya mafyigo abiri+ n’ikinure kiri kuri yo, cokimwe na kirya co mu kiyunguyungu. Nayo ka gahimba ko ku gitigu, azogakuranako n’amafyigo. Abalewi 9:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Hanyuma afumbisha umwotsi ku gicaniro ikinure+ n’amafyigo na ka gahimba ko ku gitigu vyo kw’ishikanwa ry’igicumuro+, nk’uko Yehova yari yategetse Musa.
4 na ya mafyigo abiri+ n’ikinure kiri kuri yo, cokimwe na kirya co mu kiyunguyungu. Nayo ka gahimba ko ku gitigu, azogakuranako n’amafyigo.
10 Hanyuma afumbisha umwotsi ku gicaniro ikinure+ n’amafyigo na ka gahimba ko ku gitigu vyo kw’ishikanwa ry’igicumuro+, nk’uko Yehova yari yategetse Musa.