Abalewi 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Amaherezo asuka ku mutwe wa Aroni makeyi kuri ya mavuta yo kurobanuza, aramurobanura, kugira ngo yezwe+. Guharura 35:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kandi ikoraniro+ rize rirokore uwo nyene kwica umuntu mu kuboko kw’umuhōzi w’amaraso, rimusubize mu gisagara ciwe c’ubuhungiro yari yahungiyemwo, maze aze akibemwo gushika umuherezi mukuru yarobanujwe amavuta meranda+ apfuye. Zaburi 133:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ni nka ya mavuta meza ku mutwe+,Ashunguruka ku bwanwa,Ubwanwa bwa Aroni+,Ashunguruka gushika kw’izosi ry’impuzu ziwe+.
12 Amaherezo asuka ku mutwe wa Aroni makeyi kuri ya mavuta yo kurobanuza, aramurobanura, kugira ngo yezwe+.
25 Kandi ikoraniro+ rize rirokore uwo nyene kwica umuntu mu kuboko kw’umuhōzi w’amaraso, rimusubize mu gisagara ciwe c’ubuhungiro yari yahungiyemwo, maze aze akibemwo gushika umuherezi mukuru yarobanujwe amavuta meranda+ apfuye.
2 Ni nka ya mavuta meza ku mutwe+,Ashunguruka ku bwanwa,Ubwanwa bwa Aroni+,Ashunguruka gushika kw’izosi ry’impuzu ziwe+.