-
Abalewi 10:6Bibiliya y’isi nshasha
-
-
6 Mu nyuma Musa abwira Aroni n’abandi bahungu biwe Eleyazari na Itamari, ati: “Ntimureke ngo imitwe yanyu igume idatunganijwe+, kandi ntimutabure impuzu zanyu, kugira ntimupfe no kugira ntarakarire ikoraniro ryose+. Mugabo bene wanyu b’inzu yose ya Isirayeli bazorira kubera uwo muriro Yehova yateje.
-