Abalewi 21:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “‘Nayo umuherezi mukuru wo muri bene wabo yasutswe ku mutwe amavuta yo kurobanuza+, n’ukuboko kwiwe kukaba kwujujwe ububasha ngo yambare za mpuzu+, ntakwiye kureka ngo umutwe wiwe ugume udatunganijwe+, kandi ntakwiye gutabura impuzu ziwe+. Guharura 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Eka naho yoba ari se canke nyina, canke mwene wabo canke mushikiwe, ntaze abihumanishe nibapfa+, kuko ikimenyetso c’Ubunaziri bwiwe ku Mana yiwe kiri ku mutwe wiwe.
10 “‘Nayo umuherezi mukuru wo muri bene wabo yasutswe ku mutwe amavuta yo kurobanuza+, n’ukuboko kwiwe kukaba kwujujwe ububasha ngo yambare za mpuzu+, ntakwiye kureka ngo umutwe wiwe ugume udatunganijwe+, kandi ntakwiye gutabura impuzu ziwe+.
7 Eka naho yoba ari se canke nyina, canke mwene wabo canke mushikiwe, ntaze abihumanishe nibapfa+, kuko ikimenyetso c’Ubunaziri bwiwe ku Mana yiwe kiri ku mutwe wiwe.