Kuvayo 28:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi uze ukorere impuzu nyeranda Aroni mwene wanyu, ku bw’ubuninahazwa n’ubwiza+. Kuvayo 29:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 “Kandi za mpuzu nyeranda+ za Aroni zizokoreshwa n’abahungu biwe+ mu nyuma ziwe kugira barobanuzwe amavuta+ bari muri zo, no kugira ngo ukuboko kwabo kwuzuzwe ububasha bari muri zo+. Abalewi 16:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 “Umuherezi azoba yarobanujwe amavuta+ kandi ukuboko kwiwe kukazoba kwujujwe ububasha ngo akore bwa muherezi+ asubirira+ se wiwe, aze atange impongano kandi yambare za mpuzu z’ilino+. Ni impuzu nyeranda+.
29 “Kandi za mpuzu nyeranda+ za Aroni zizokoreshwa n’abahungu biwe+ mu nyuma ziwe kugira barobanuzwe amavuta+ bari muri zo, no kugira ngo ukuboko kwabo kwuzuzwe ububasha bari muri zo+.
32 “Umuherezi azoba yarobanujwe amavuta+ kandi ukuboko kwiwe kukazoba kwujujwe ububasha ngo akore bwa muherezi+ asubirira+ se wiwe, aze atange impongano kandi yambare za mpuzu z’ilino+. Ni impuzu nyeranda+.