Guharura 32:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Nuko bene Gadi bubaka Diboni+ na Ataroti+ na Aroweri+, Yosuwa 13:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Heshiboni+ n’ibisagara vyaho vyose+ biri ku matāba, Diboni+ na Bamoti-bayali+ na Beti-bayali-meyoni+, Yeremiya 48:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Manuka uve mu buninahazwa, wicare mu nyôta, ewe mukobwa+ wa Diboni+ uba ng’aho; kuko umunyazi wa Mowabu aduze kugutera. Azohonya koko ibibanza vyawe bikingijwe ibihome+.
17 Heshiboni+ n’ibisagara vyaho vyose+ biri ku matāba, Diboni+ na Bamoti-bayali+ na Beti-bayali-meyoni+,
18 “Manuka uve mu buninahazwa, wicare mu nyôta, ewe mukobwa+ wa Diboni+ uba ng’aho; kuko umunyazi wa Mowabu aduze kugutera. Azohonya koko ibibanza vyawe bikingijwe ibihome+.