Guharura 10:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Hanyuma ab’umugabane ugizwe n’imiryango itatu w’ikambi ya bene Dani+ baragenda bagize umugwi w’abacunzi b’inyuma+ b’amakambi yose, hisunzwe ingabo zabo, Ahiyezeri+ mwene Amishadayi akaba ari we yagaba ingabo zabo.
25 Hanyuma ab’umugabane ugizwe n’imiryango itatu w’ikambi ya bene Dani+ baragenda bagize umugwi w’abacunzi b’inyuma+ b’amakambi yose, hisunzwe ingabo zabo, Ahiyezeri+ mwene Amishadayi akaba ari we yagaba ingabo zabo.