Guharura 2:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 “Umugabane ugizwe n’imiryango itatu w’ikambi ya Dani uzoba amaja mu buraruko hakurikijwe ingabo zabo, umukuru wa bene Dani akaba ari Ahiyezeri+ mwene Amishadayi. Guharura 2:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 “Abanditswe bose b’ikambi ya Dani ni ibihumbi ijana na mirongo itanu n’indwi n’amajana atandatu. Baze bagende ubwa nyuma+, nk’uko imigabane yabo igizwe n’imiryango itatu iri.”
25 “Umugabane ugizwe n’imiryango itatu w’ikambi ya Dani uzoba amaja mu buraruko hakurikijwe ingabo zabo, umukuru wa bene Dani akaba ari Ahiyezeri+ mwene Amishadayi.
31 “Abanditswe bose b’ikambi ya Dani ni ibihumbi ijana na mirongo itanu n’indwi n’amajana atandatu. Baze bagende ubwa nyuma+, nk’uko imigabane yabo igizwe n’imiryango itatu iri.”