Yosuwa 24:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze Balaki mwene Zipori+, umwami wa Mowabu, arahaguruka, arwanya Isirayeli+. Atumako rero Balamu mwene Beyori kugira ngo ahamagarire akabi kuri mwebwe+. Abacamanza 11:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 None wewe uruta Balaki mwene Zipori, umwami wa Mowabu+? Hari aho yigeze agiranira amatati na Isirayeli, canke hari aho yigeze abarwanya?
9 Maze Balaki mwene Zipori+, umwami wa Mowabu, arahaguruka, arwanya Isirayeli+. Atumako rero Balamu mwene Beyori kugira ngo ahamagarire akabi kuri mwebwe+.
25 None wewe uruta Balaki mwene Zipori, umwami wa Mowabu+? Hari aho yigeze agiranira amatati na Isirayeli, canke hari aho yigeze abarwanya?