Guharura 24:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ubu rero iruka uje iwawe. Nari nibwiye yuko ntobuze kugutera iteka+, mugabo ehe Yehova atumye udaterwa iteka.” Imigani 17:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Umubisha atora igiturire agikuye mu gikiriza+, kugira agoreke iminyuro y’urubanza+.
11 Ubu rero iruka uje iwawe. Nari nibwiye yuko ntobuze kugutera iteka+, mugabo ehe Yehova atumye udaterwa iteka.”