2 Abami 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Maze Elisha atangura gusenga+ ati: “Ewe Yehova, ndakwinginze wugurure amaso yiwe+, kugira ngo abone.” Yehova aca yugurura amaso ya nya musuku, ku buryo abona; maze ehe, nya karere k’imisozi kari kuzuye amafarasi n’imikogote y’intambara+ y’umuriro hirya no hino ya Elisha+. 1 Ngoma 21:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Dawidi araramuye amaso, abona nya mumarayika wa Yehova+ ahagaze hagati y’isi n’ijuru, yasokoye inkota+ yiwe ayifise mu kuboko, ayerekeje i Yeruzalemu; maze Dawidi n’abagabo b’inararibonye, bambaye amagunira*+, baca bagwa hasi bubamye+.
17 Maze Elisha atangura gusenga+ ati: “Ewe Yehova, ndakwinginze wugurure amaso yiwe+, kugira ngo abone.” Yehova aca yugurura amaso ya nya musuku, ku buryo abona; maze ehe, nya karere k’imisozi kari kuzuye amafarasi n’imikogote y’intambara+ y’umuriro hirya no hino ya Elisha+.
16 Dawidi araramuye amaso, abona nya mumarayika wa Yehova+ ahagaze hagati y’isi n’ijuru, yasokoye inkota+ yiwe ayifise mu kuboko, ayerekeje i Yeruzalemu; maze Dawidi n’abagabo b’inararibonye, bambaye amagunira*+, baca bagwa hasi bubamye+.