Imigani 14:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Umuntu w’inkerebutsi aratinya kandi agakevya ngo ntagwe mu kibi+, mugabo ikijuju kiraraka kandi kikiyizigira+. Imigani 27:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Hariho ubunyamaswa bw’ubushangashirwe, be n’isegenya ry’ishavu+, mugabo ni nde yohagarara imbere y’ishari+?
16 Umuntu w’inkerebutsi aratinya kandi agakevya ngo ntagwe mu kibi+, mugabo ikijuju kiraraka kandi kikiyizigira+.
4 Hariho ubunyamaswa bw’ubushangashirwe, be n’isegenya ry’ishavu+, mugabo ni nde yohagarara imbere y’ishari+?