Guharura 22:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Mugabo umumarayika wa Yehova abwira Balamu ati: “Jana n’abo bagabo+; kandi ntihaze hagire ikindi uvuga atari ijambo nzokubwira+.” Nuko Balamu abandanya kujana n’abaganwa ba Balaki.
35 Mugabo umumarayika wa Yehova abwira Balamu ati: “Jana n’abo bagabo+; kandi ntihaze hagire ikindi uvuga atari ijambo nzokubwira+.” Nuko Balamu abandanya kujana n’abaganwa ba Balaki.