Gusubira mu vyagezwe 34:1 Bibiliya y’isi nshasha 34 Maze Musa araduga avuye mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Mowabu aja ku musozi Nebo+, kw’isonga rya Pisiga+, aharabana n’i Yeriko+. Hanyuma Yehova amwereka nya gihugu cose: kuva i Gileyadi gushika i Dani+,
34 Maze Musa araduga avuye mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Mowabu aja ku musozi Nebo+, kw’isonga rya Pisiga+, aharabana n’i Yeriko+. Hanyuma Yehova amwereka nya gihugu cose: kuva i Gileyadi gushika i Dani+,