Guharura 23:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Balaki aca akora nk’uko Balamu avuze. Inyuma y’ivyo, Balaki na Balamu bashikana ishūri n’impfizi y’intama ku gicaniro kimwekimwe cose+. Guharura 23:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko amujana mu gahinga ka Zofimu, kw’isonga rya Pisiga+, maze atangura kwubaka ibicaniro indwi no gushikana ishūri n’impfizi y’intama ku gicaniro kimwekimwe cose+.
2 Balaki aca akora nk’uko Balamu avuze. Inyuma y’ivyo, Balaki na Balamu bashikana ishūri n’impfizi y’intama ku gicaniro kimwekimwe cose+.
14 Nuko amujana mu gahinga ka Zofimu, kw’isonga rya Pisiga+, maze atangura kwubaka ibicaniro indwi no gushikana ishūri n’impfizi y’intama ku gicaniro kimwekimwe cose+.