Gusubira mu vyagezwe 15:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi nicabonekako agahonzi, caba gicumbagira canke gihumye, agahonzi kabi ako ari ko kose, ntuze ugishikanire kw’ikimazi Yehova Imana yawe+. Gusubira mu vyagezwe 17:1 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Ntuze ushikanire kw’ikimazi Yehova Imana yawe ishūri canke intama iri n’agahonzi, ikintu cose kimeze nabi; kuko ari ikintu giteye ishishi kuri Yehova Imana yawe+.
21 Kandi nicabonekako agahonzi, caba gicumbagira canke gihumye, agahonzi kabi ako ari ko kose, ntuze ugishikanire kw’ikimazi Yehova Imana yawe+.
17 “Ntuze ushikanire kw’ikimazi Yehova Imana yawe ishūri canke intama iri n’agahonzi, ikintu cose kimeze nabi; kuko ari ikintu giteye ishishi kuri Yehova Imana yawe+.