ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 18:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Yehova yongera kubwira Aroni ati: “Nayo jewe, ehe nagucungishije intererano mpabwa+. Ku bijanye n’ibintu vyeranda vyose vya bene Isirayeli, nabihaye wewe n’abahungu bawe bwa mugabane, bwa ngaburo gushika igihe kitagira urugero+.

  • Guharura 18:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Intererano+ nyeranda zose, izo bene Isirayeli bazoterera baziha Yehova, nazihaye wewe n’abahungu bawe n’abakobwa bawe bari kumwe nawe, ngo zibe ingaburo gushika igihe kitagira urugero+. Ni isezerano ry’intahava* gushika igihe kitagira urugero imbere ya Yehova, ku bwawe n’uruvyaro rwawe ruri kumwe nawe+.”

  • 1 Abakorinto 9:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Muri ubwo buryo nyene, Umukama yategetse+ ko abatangaza inkuru nziza babaho biciye ku nkuru nziza+.

  • Abagalatiya 6:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Vyongeye, umuntu wese ariko yigishwa+ ku munwa ijambo ry’Imana, nasangire+ ivyiza vyose n’uwutanga mwene iyo nyigisho+.

  • Abaheburayo 7:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ego ni ko, ba bantu bo muri bene Lewi+ baronka ibanga ryabo ry’ubuherezi barafise ibwirizwa ryo kwegeranya ivy’icumi+ mu bantu+ nk’uko Itegeko riri, ni ukuvuga muri bene wabo, naho nyene bano bakomotse mu mafyinga ya Aburahamu+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika