Guharura 14:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Babwire uti: ‘“Ndahiye ukubaho kwanje,” ni ko Yehova avuze, “nkazogenda ntabakoreye nk’uko nyene mwavugiye mu matwi yanje+! Gusubira mu vyagezwe 1:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 “Ico gihe cose Yehova yarumvise ijwi ry’amajambo yanyu. Nuko ararakara, ararahira+ ati: Zaburi 95:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ni bo narahiye mw’ishavu ryanje+ nti:“Ntibazokwinjira ahantu hanje h’ukuruhukira+.” Ezekiyeli 20:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Jewe naradugije rero ukuboko ndabarahira mu gahinga+, yuko ntazobazana mu gihugu nari natanze, igihugu gitemba amata n’ubuki+ (ni ikirezi mu bihugu vyose+), Abaheburayo 3:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mugabo ni bande yarahiye+ yuko batokwinjiye mu karuhuko kayo atari bamwe bagambarara+?
28 Babwire uti: ‘“Ndahiye ukubaho kwanje,” ni ko Yehova avuze, “nkazogenda ntabakoreye nk’uko nyene mwavugiye mu matwi yanje+!
15 Jewe naradugije rero ukuboko ndabarahira mu gahinga+, yuko ntazobazana mu gihugu nari natanze, igihugu gitemba amata n’ubuki+ (ni ikirezi mu bihugu vyose+),