Gusubira mu vyagezwe 3:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Nuko ico gihe nyene ndabategeka, nti: ‘Yehova Imana yanyu abahaye iki gihugu ngo mucigarurire. Muzojabuka imbere ya bene wanyu, bene Isirayeli, mufise ibikoresho bikwiye, mwese abagabo b’intwari+. Yosuwa 4:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Bene Rubeni na bene Gadi n’igice c’umuryango wa Manase+ batangura kujabuka nk’abatonze urugamba+ mu maso ya bene Isirayeli, nk’uko nyene Musa yari yarababwiye+.
18 “Nuko ico gihe nyene ndabategeka, nti: ‘Yehova Imana yanyu abahaye iki gihugu ngo mucigarurire. Muzojabuka imbere ya bene wanyu, bene Isirayeli, mufise ibikoresho bikwiye, mwese abagabo b’intwari+.
12 Bene Rubeni na bene Gadi n’igice c’umuryango wa Manase+ batangura kujabuka nk’abatonze urugamba+ mu maso ya bene Isirayeli, nk’uko nyene Musa yari yarababwiye+.