ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 34:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Muze mutore umukuru umwe mu muryango umwumwe wose ku bwo kugabura igihugu ngo mucigabire+.

  • Gusubira mu vyagezwe 32:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Igihe Musumbavyose yaha amahanga intoranwa+,

      Igihe yatandukanya abana ba Adamu+,

      Ni ho yashingira urubibe ibisata vy’abantu+

      Afatiye ku gitigiri ca bene Isirayeli+.

  • Yosuwa 19:51
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 51 Izo ni zo ntoranwa Eleyazari umuherezi na Yosuwa mwene Nuni n’abakuru ba ba se b’imiryango ya bene Isirayeli bagabanganije+ ngo zigabirwe, biciye ku bupfindo, i Shilo+ imbere ya Yehova, ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro+. Nuko bahagarika kugabanganya igihugu.

  • Ivyakozwe 17:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Kandi yakoze amahanga yose+ y’abantu iyakuye mu muntu umwe+, ngo babe ku buringanire bwose bw’isi+, ishinga ibihe+ n’imbibe z’aho abantu baba+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika