Kuvayo 26:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 “Kandi uze ukore irido+ mu nyuzi z’ubururu n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura n’igitambara c’ibara ry’agahama n’ilino nziza ihinzwe. Azoyikora ideshweko abakerubi+ badeshwe n’umudeshi. Kuvayo 36:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Hanyuma atangura gukora irido+ mu nyuzi z’ubururu n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura n’igitambara c’ibara ry’agahama n’ilino nziza ihinzwe. Yayikoranye abakerubi+, ideshwe n’umudeshi. Kuvayo 40:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Uze ushireyo ya sandugu y’igishingantahe+, uheze wugare inzira ishika kuri ya Sandugu ukoresheje ya rido+. Abalewi 16:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yehova abwira Musa ati: “Barira Aroni mwene wanyu, ntaze arinjira ibihe vyose ha hantu heranda+ inyuma y’irido+, imbere ya wa murumyo uri kw’Isandugu, kugira ntapfe+, kuko nzoseruka mu gicu+ hejuru ya nya murumyo+. Guharura 3:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ivyo bari bajejwe+ vyari: Isandugu+ n’imeza+ n’igitereko c’amatara+ n’ibicaniro+ n’ibikoresho+ vy’ahantu heranda bakoresha igikorwa, n’igikingirizo+, n’igikorwa cose kijanye na co. Abaheburayo 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo inyuma y’irido rigira kabiri+ hari igihimba c’ihema citwa “Aheranda Rwose*+.”
31 “Kandi uze ukore irido+ mu nyuzi z’ubururu n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura n’igitambara c’ibara ry’agahama n’ilino nziza ihinzwe. Azoyikora ideshweko abakerubi+ badeshwe n’umudeshi.
35 Hanyuma atangura gukora irido+ mu nyuzi z’ubururu n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura n’igitambara c’ibara ry’agahama n’ilino nziza ihinzwe. Yayikoranye abakerubi+, ideshwe n’umudeshi.
3 Uze ushireyo ya sandugu y’igishingantahe+, uheze wugare inzira ishika kuri ya Sandugu ukoresheje ya rido+.
2 Yehova abwira Musa ati: “Barira Aroni mwene wanyu, ntaze arinjira ibihe vyose ha hantu heranda+ inyuma y’irido+, imbere ya wa murumyo uri kw’Isandugu, kugira ntapfe+, kuko nzoseruka mu gicu+ hejuru ya nya murumyo+.
31 Ivyo bari bajejwe+ vyari: Isandugu+ n’imeza+ n’igitereko c’amatara+ n’ibicaniro+ n’ibikoresho+ vy’ahantu heranda bakoresha igikorwa, n’igikingirizo+, n’igikorwa cose kijanye na co.