2 Ngoma 30:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ariko umwami n’abaganwa biwe+ be n’ishengero ryose+ i Yeruzalemu biyemeza guhimbaza pasika mu kwezi kugira kabiri+; 2 Ngoma 30:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Inyuma y’ivyo bakerera imbagwa ya pasika+ ku musi ugira cumi na kane w’ukwezi kugira kabiri; abaherezi n’Abalewi bari bacishijwe bugufi ku buryo biyeza+ maze bakazana mu nzu ya Yehova amashikanwa aturirwa.
2 Ariko umwami n’abaganwa biwe+ be n’ishengero ryose+ i Yeruzalemu biyemeza guhimbaza pasika mu kwezi kugira kabiri+;
15 Inyuma y’ivyo bakerera imbagwa ya pasika+ ku musi ugira cumi na kane w’ukwezi kugira kabiri; abaherezi n’Abalewi bari bacishijwe bugufi ku buryo biyeza+ maze bakazana mu nzu ya Yehova amashikanwa aturirwa.