ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nehemiya 9:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Barigaruriye rero ibisagara vyabo bikingijwe ibihome+ n’ubutaka bunuze+ bongera bigarurira amazu yuzuye ibintu vyizavyiza vyose+, amatangi yimbwe+, imirima y’imizabibu+ n’imirima y’imyelayo n’ibiti bitanga ibifungurwa, ku bwinshi, maze bararya, barahaga+, baradoha+, baranezerwa rwose mu kumera neza kwawe+.

  • Nehemiya 9:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Na bo, mu gihe c’ubwami bwabo+ no mu bintu vyiza vyawe vyinshi+ wabahaye no mu gihugu cagutse kandi kinuze+ wabaronkeje, ntibagukoreye+ kandi ntibahindukiye ngo bave mu ngeso zabo mbi+.

  • Ezekiyeli 20:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Uwo musi naradugije ukuboko+ ndabarahira ko nzobakura mu gihugu ca Misiri nkabajana mu gihugu nari natase ku bwabo, igihugu gitemba amata n’ubuki+. Cari ikirezi mu bihugu vyose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika