Yosuwa 21:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Gutyo babaha Kiriyati-aruba+ (uwo Aruba yari se wa Anaki+), ari yo Heburoni+, mu karere k’imisozi ka Yuda+, be n’itongo ry’uburagiriro ryaho ryari rihakikuje;
11 Gutyo babaha Kiriyati-aruba+ (uwo Aruba yari se wa Anaki+), ari yo Heburoni+, mu karere k’imisozi ka Yuda+, be n’itongo ry’uburagiriro ryaho ryari rihakikuje;