Yosuwa 14:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Imbere y’aho izina rya Heburoni ryari Kiriyati-aruba+ (uwo Aruba+ yari we muntu akomeye mu Banakimu). Nuko igihugu nticahungabanywa n’intambara+.
15 Imbere y’aho izina rya Heburoni ryari Kiriyati-aruba+ (uwo Aruba+ yari we muntu akomeye mu Banakimu). Nuko igihugu nticahungabanywa n’intambara+.