Kuvayo 29:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Kuri ya mpfizi y’intama ikiri nto ya mbere, hazozanwa ic’icumi c’ingero ya efa y’ifu inoze+ ibombekeshejwe ica kane ca hini* y’amavuta asekuye, n’ishikanwa ry’ikinyobwa+ ry’ica kane ca hini y’umuvinyu. Abalewi 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 “‘Umuntu rero niyagomba gushikiriza Yehova ishikanwa ry’intete+, ishikanwa ryiwe rikwiye kuba ari ifu inoze+. Aze asuke amavuta hejuru yaryo hanyuma ashire kuri ryo imibavu ya olibani. Abalewi 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “‘Nta shikanwa ry’intete muzoshikiriza Yehova rikwiye kugirwa ikintu cambiye+, kuko ata gicumbe gikāta canke ubuki mukwiye gufumbisha umwotsi bwa shikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova.
40 Kuri ya mpfizi y’intama ikiri nto ya mbere, hazozanwa ic’icumi c’ingero ya efa y’ifu inoze+ ibombekeshejwe ica kane ca hini* y’amavuta asekuye, n’ishikanwa ry’ikinyobwa+ ry’ica kane ca hini y’umuvinyu.
2 “‘Umuntu rero niyagomba gushikiriza Yehova ishikanwa ry’intete+, ishikanwa ryiwe rikwiye kuba ari ifu inoze+. Aze asuke amavuta hejuru yaryo hanyuma ashire kuri ryo imibavu ya olibani.
11 “‘Nta shikanwa ry’intete muzoshikiriza Yehova rikwiye kugirwa ikintu cambiye+, kuko ata gicumbe gikāta canke ubuki mukwiye gufumbisha umwotsi bwa shikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova.