Gusubira mu vyagezwe 21:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Wewe rero, uzokura hagati yawe icaha c’ukwagirwa n’amaraso y’intungane+, kuko uzokora ibigororotse mu maso ya Yehova+. 2 Abami 21:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Manase kandi asesa amaraso y’intungane+ menshi cane, gushika aho ayuzuza Yeruzalemu kuva ku mpera imwe gushika ku yindi, hambavu y’igicumuro ciwe yacumuje Yuda mu gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+. Imigani 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 amaso yishira hejuru+, ururimi rw’ikinyoma+ n’amaboko asesa amaraso y’intungane+, Yeremiya 7:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 nimutahahaza kavamahanga, impfuvyi* n’umupfakazi+, nimutasesa amaraso y’intungane aha hantu+, kandi nimutakurikira izindi mana ngo mwikwegere ivyago+, Yona 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko bambaza Yehova+ bati: “Ewe Yehova, turakwinginze twoye kuyogera tuzira ubuzima bw’uyu muntu! Kandi ntudushireko amaraso y’intungane+, kuko wewe, ewe Yehova, wakoze nk’uko biguhimbara+!” Matayo 27:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 avuga ati: “Nacumuye mu kugura amaraso y’umugororotsi+.” Na bo bati: “Bidutwaye iki? Birakuraba+!”
9 Wewe rero, uzokura hagati yawe icaha c’ukwagirwa n’amaraso y’intungane+, kuko uzokora ibigororotse mu maso ya Yehova+.
16 Manase kandi asesa amaraso y’intungane+ menshi cane, gushika aho ayuzuza Yeruzalemu kuva ku mpera imwe gushika ku yindi, hambavu y’igicumuro ciwe yacumuje Yuda mu gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+.
6 nimutahahaza kavamahanga, impfuvyi* n’umupfakazi+, nimutasesa amaraso y’intungane aha hantu+, kandi nimutakurikira izindi mana ngo mwikwegere ivyago+,
14 Nuko bambaza Yehova+ bati: “Ewe Yehova, turakwinginze twoye kuyogera tuzira ubuzima bw’uyu muntu! Kandi ntudushireko amaraso y’intungane+, kuko wewe, ewe Yehova, wakoze nk’uko biguhimbara+!”