Gusubira mu vyagezwe 25:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nimba nya mubisha akwiye gukubitwa+, umucamanza aze ategeke ko aryama yubitse inda, akubitirwe imbere yiwe igitigiri c’inkoni+ gihuye n’igikorwa ciwe c’ububisha. Imigani 10:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ku minwa y’umuntu azi ubwenge ni ho ubukerebutsi bubarizwa+, ariko inkoni igenewe umugongo w’umuntu atagira umutima+. Imigani 19:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Imanza zashimangiwe ku bw’abashinyaguzi+, inkoni na zo ku bw’umugongo w’ibijuju+. Imigani 20:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Ibisebe bisesereza ni vyo binyukura ikibi ngo kihave+; inkoni na zo, zinyukura ibihimba vy’ibwina mu nda+.
2 Nimba nya mubisha akwiye gukubitwa+, umucamanza aze ategeke ko aryama yubitse inda, akubitirwe imbere yiwe igitigiri c’inkoni+ gihuye n’igikorwa ciwe c’ububisha.
13 Ku minwa y’umuntu azi ubwenge ni ho ubukerebutsi bubarizwa+, ariko inkoni igenewe umugongo w’umuntu atagira umutima+.
30 Ibisebe bisesereza ni vyo binyukura ikibi ngo kihave+; inkoni na zo, zinyukura ibihimba vy’ibwina mu nda+.