Gusubira mu vyagezwe 22:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 akaba yamwagirije ibikorwa vy’agaterasoni, agatuma agira izina ribi+, akavuga ngo: ‘Uyu ni we mugore natwaye, hanyuma ndamwegera, sinasanga muri we ikimenyamenya c’ubusugi+,’ Gusubira mu vyagezwe 22:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 None ehe ariko amwagiriza ibikorwa vy’agaterasoni+, ngo: “Nasanze umukobwa wawe adafise ikimenyamenya c’ubusugi+.” Ng’iki rero ikimenyamenya c’ubusugi bw’umukobwa wanje.’ Maze baze basanze nya mutamana imbere y’abagabo b’inararibonye b’ico gisagara.
14 akaba yamwagirije ibikorwa vy’agaterasoni, agatuma agira izina ribi+, akavuga ngo: ‘Uyu ni we mugore natwaye, hanyuma ndamwegera, sinasanga muri we ikimenyamenya c’ubusugi+,’
17 None ehe ariko amwagiriza ibikorwa vy’agaterasoni+, ngo: “Nasanze umukobwa wawe adafise ikimenyamenya c’ubusugi+.” Ng’iki rero ikimenyamenya c’ubusugi bw’umukobwa wanje.’ Maze baze basanze nya mutamana imbere y’abagabo b’inararibonye b’ico gisagara.