ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 38:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Ariko haciye nk’amezi atatu Yuda abwirwa ngo: “Tamari umukazana wawe yagize ivy’umumaraya+, kandi ehe aranibungenze+ bivuye ku bumaraya bwiwe.” Yuda na we avuga ati: “Nimumusohore maze aturirwe+.”

  • Gusubira mu vyagezwe 22:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 baze basohore nya mukobwa ku bwinjiriro bw’inzu ya se, maze abagabo bo mu gisagara c’iwabo bamutere amabuye apfe, kuko yakoze ubusazi bw’agaterasoni+ muri Isirayeli mu gukorera ubumaraya mu nzu ya se+. Ukwo ni ko utegerezwa gukura ikibi hagati yawe+.

  • Zaburi 141:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Ntuhengekere umutima wanje ku kintu kibi na kimwe+,

      Ngo nkore ibikorwa vy’agaterasoni mu bubisha+

      Kumwe n’abantu bamenyereye gukora ibibabaza+,

      Kugira sindye ku bifungurwa binovereye vyabo+.

  • Hoseya 1:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Yehova atangura kuvuga ijambo ryiwe biciye kuri Hoseya. Yehova abwira Hoseya ati: “Genda+ wabire umugore azokora ubusambanyi bigatuma uronka abana bavuye ku busambanyi, kuko ubusambanyi ari bwo butumye igihugu kireka gukurikira Yehova+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika