Abacamanza 11:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Amukubise ijisho, aca atantamura impuzu ziwe+, maze avuga ati: “Yoo, ewe mukobwa wanje! Unteye kwicurikira koko, kandi ni wewe ubaye uwo nariko nkumīra. Jewe nateranuriye akanwa Yehova, nkaba rero ntashobora kwisubirako+.” 1 Samweli 14:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Abagabo ba Isirayeli bari bamerewe nabi kuri uwo musi, yamara Sauli arahiza abantu+ ati: “Aravumwe umuntu aza kugira ico ariye imbere yo ku mugoroba, gushika nihoye+ abansi banje!” Nuko ntihagira n’umwe mu bantu agira ico ahonja+. Matayo 5:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 “Mwarumvise kandi ko abo mu bihe vya kera babwiwe ngo: ‘Ntukarahire+ ngo ubure gushitsa, mugabo utegerezwa gushitsa ivyo waraganiye Yehova+.’
35 Amukubise ijisho, aca atantamura impuzu ziwe+, maze avuga ati: “Yoo, ewe mukobwa wanje! Unteye kwicurikira koko, kandi ni wewe ubaye uwo nariko nkumīra. Jewe nateranuriye akanwa Yehova, nkaba rero ntashobora kwisubirako+.”
24 Abagabo ba Isirayeli bari bamerewe nabi kuri uwo musi, yamara Sauli arahiza abantu+ ati: “Aravumwe umuntu aza kugira ico ariye imbere yo ku mugoroba, gushika nihoye+ abansi banje!” Nuko ntihagira n’umwe mu bantu agira ico ahonja+.
33 “Mwarumvise kandi ko abo mu bihe vya kera babwiwe ngo: ‘Ntukarahire+ ngo ubure gushitsa, mugabo utegerezwa gushitsa ivyo waraganiye Yehova+.’