Gusubira mu vyagezwe 33:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nibigishe Yakobo ingingo zawe z’ubutungane+,Isirayeli na yo itegeko ryawe+.Nibahereze imibavu* imbere y’amazuru yawe+N’ishikanwa ritangwa uko ryakabaye ku gicaniro cawe+. Nehemiya 8:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yeshuwa na Bani na Sherebiya+ na Yamini na Akubu na Shabetayi na Hodiya na Mayaseya na Kelita na Azariya na Yozabadi+ na Hanane na Pelaya+, egome, Abalewi, bariko basigurira abantu nya tegeko+, mu gihe abantu bari bahagaze+.
10 Nibigishe Yakobo ingingo zawe z’ubutungane+,Isirayeli na yo itegeko ryawe+.Nibahereze imibavu* imbere y’amazuru yawe+N’ishikanwa ritangwa uko ryakabaye ku gicaniro cawe+.
7 Yeshuwa na Bani na Sherebiya+ na Yamini na Akubu na Shabetayi na Hodiya na Mayaseya na Kelita na Azariya na Yozabadi+ na Hanane na Pelaya+, egome, Abalewi, bariko basigurira abantu nya tegeko+, mu gihe abantu bari bahagaze+.