18 ari yo Yeruzalemu n’ibisagara vya Yuda n’abami baho, abaganwa baho, kugira ngo bigirwe ikibanza catikijwe, akajoreza+, ikintu co kuvugiriza agahwa be n’umuvumo, nk’uko biri uyu musi+;
8 Nzorabisha mu maso hanje kuri uwo muntu+, ndamugire ikimenyetso+ n’iciro ry’imigani+, kandi nzomurandura koko hagati mu bantu banje+; kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+.”’