Gusubira mu vyagezwe 20:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yehova Imana yawe rero azokigabura koko mu kuboko kwawe, nawe utegerezwa kwicisha ubugi bw’inkota uw’igitsina-gabo wese+. Nehemiya 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Wabahaye ubwami+ n’ibisata vy’abantu, ubigabanganya igipande ku kindi+; ku buryo bigarurira igihugu ca Sihoni+, egome, igihugu c’umwami wa Heshiboni+, n’igihugu ca Ogi+ umwami wa Bashani+. Zaburi 135:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mbere na Sihoni umwami w’Abamori+Na Ogi umwami wa Bashani+N’ubwami bwose bw’i Kanani+, Zaburi 136:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Akica abami b’agakomeye+:Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+; Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026) Sohoka Injira Ikirundi Rungika Uko vyoza bimeze Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania Amasezerano agenga ikoreshwa Ibijanye no kugumya ibanga Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga JW.ORG Injira Rungika Rungika kuri Email
13 Yehova Imana yawe rero azokigabura koko mu kuboko kwawe, nawe utegerezwa kwicisha ubugi bw’inkota uw’igitsina-gabo wese+.
22 “Wabahaye ubwami+ n’ibisata vy’abantu, ubigabanganya igipande ku kindi+; ku buryo bigarurira igihugu ca Sihoni+, egome, igihugu c’umwami wa Heshiboni+, n’igihugu ca Ogi+ umwami wa Bashani+.
11 Mbere na Sihoni umwami w’Abamori+Na Ogi umwami wa Bashani+N’ubwami bwose bw’i Kanani+, Zaburi 136:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Akica abami b’agakomeye+:Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+;
18 Akica abami b’agakomeye+:Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+;