Gusubira mu vyagezwe 28:63 Bibiliya y’isi nshasha 63 “Kandi nk’uko nyene Yehova yahimbawe no kubakorera ivyiza no kubagwiza+, ni ko Yehova azohimbarwa no kubarandura no kubazimanganya+; muzorandurwa ku butaka mugiye kwigarurira+. 1 Abami 14:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Yehova azoririka koko Isirayeli, nk’uko nyene irenga rihungabana mu mazi+; ata gukeka azorandura+ Isirayeli kuri ubu butaka bwiza+ yahaye ba sekuruza babo, kandi azobasanzariza+ koko hakurya ya rwa Ruzi+, kubera bakoze ibikingi vyeranda+ vyabo, gutyo bakababaza+ Yehova. 2 Abami 17:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ku bw’ivyo Yehova arurumbira ishavu+ rwose Isirayeli, bituma abakura mu maso yiwe+. Ntiyasigaza n’umwe kiretse umuryango wa Yuda wonyene+. Zaburi 52:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Imana ubwayo na yo izogusiturira hasi ku bw’ibihe bidahera+;Izogucinya hasi, igushikure mw’ihema ryawe+,Kandi ntizobura kukurandura mu gihugu c’abazima+. Sela. Luka 21:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 kandi bazoririkwa n’ubugi bw’inkota bongere batwarwe ari imbohe mu mahanga yose+; kandi Yeruzalemu hazohonyangwa n’amahanga, kugeza ibihe vyashinzwe+ vy’amahanga birangutse.
63 “Kandi nk’uko nyene Yehova yahimbawe no kubakorera ivyiza no kubagwiza+, ni ko Yehova azohimbarwa no kubarandura no kubazimanganya+; muzorandurwa ku butaka mugiye kwigarurira+.
15 Yehova azoririka koko Isirayeli, nk’uko nyene irenga rihungabana mu mazi+; ata gukeka azorandura+ Isirayeli kuri ubu butaka bwiza+ yahaye ba sekuruza babo, kandi azobasanzariza+ koko hakurya ya rwa Ruzi+, kubera bakoze ibikingi vyeranda+ vyabo, gutyo bakababaza+ Yehova.
18 Ku bw’ivyo Yehova arurumbira ishavu+ rwose Isirayeli, bituma abakura mu maso yiwe+. Ntiyasigaza n’umwe kiretse umuryango wa Yuda wonyene+.
5 Imana ubwayo na yo izogusiturira hasi ku bw’ibihe bidahera+;Izogucinya hasi, igushikure mw’ihema ryawe+,Kandi ntizobura kukurandura mu gihugu c’abazima+. Sela.
24 kandi bazoririkwa n’ubugi bw’inkota bongere batwarwe ari imbohe mu mahanga yose+; kandi Yeruzalemu hazohonyangwa n’amahanga, kugeza ibihe vyashinzwe+ vy’amahanga birangutse.