ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 32:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Aca ababwira ati: “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Umwe wese muri mwebwe nashire inkota yiwe mu rubavu rwiwe. Nimunyuragire mw’ikambi, mugenda mugaruka, muva kw’irembo muja ku rindi, umwe wese yice mwene wabo, na mugenziwe, n’umugenzi wiwe somambike+.’”

  • Abalewi 10:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Mu nyuma Musa abwira Aroni n’abandi bahungu biwe Eleyazari na Itamari, ati: “Ntimureke ngo imitwe yanyu igume idatunganijwe+, kandi ntimutabure impuzu zanyu, kugira ntimupfe no kugira ntarakarire ikoraniro ryose+. Mugabo bene wanyu b’inzu yose ya Isirayeli bazorira kubera uwo muriro Yehova yateje.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika